Guharura 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Isinzi ry’ikivange+ ryari hagati muri bo riserura ivyipfuzo bikomeye vy’ubwikunzi+, eka na bene Isirayeli basubira kurira, bavuga bati: “Ni nde azoduha inyama turya+? Gusubira mu vyagezwe 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Vyongeye, i Tabera+ n’i Masa+ n’i Kiburoti-hatayava+ mwarerekanye ko muri abatera ishavu Yehova+. 1 Abakorinto 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ivyo bintu rero vyatubereye uburorero, kugira ngo ntitube abipfuza ibintu bibi+, nk’uko na bo bavyipfuje.
4 Isinzi ry’ikivange+ ryari hagati muri bo riserura ivyipfuzo bikomeye vy’ubwikunzi+, eka na bene Isirayeli basubira kurira, bavuga bati: “Ni nde azoduha inyama turya+?
22 “Vyongeye, i Tabera+ n’i Masa+ n’i Kiburoti-hatayava+ mwarerekanye ko muri abatera ishavu Yehova+.
6 Ivyo bintu rero vyatubereye uburorero, kugira ngo ntitube abipfuza ibintu bibi+, nk’uko na bo bavyipfuje.