Kuvayo 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko abantu baja mu vyo gutonganya Musa, ngo+: “Duhe amazi tunywe.” Mugabo Musa ababwira ati: “Kubera iki muntonganya? Kubera iki muguma mugeza Yehova+?” Guharura 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo abo bagabo bose bagiye barabona ubuninahazwa bwanje+ n’ibimenyetso vyanje+ nakoreye mu Misiri no mu gahinga yamara bakaguma bangeza+ zino ncuro cumi zose, kandi ntibumvirize ijwi ryanje+, Zaburi 78:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bageza Imana mu mutima wabo+Mu kwisabira ico kurya+. 1 Abakorinto 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Eka kandi ntitukageze Yehova+, nk’uko bamwe muri bo bamugejeje+, bakamarwa n’inzoka+. Abaheburayo 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 aho ba sogokuruza banyu bangezesha ikigeragezo, kandi bari barabonye ibikorwa+ vyanje mu kiringo c’imyaka mirongo ine+.
2 Nuko abantu baja mu vyo gutonganya Musa, ngo+: “Duhe amazi tunywe.” Mugabo Musa ababwira ati: “Kubera iki muntonganya? Kubera iki muguma mugeza Yehova+?”
22 Mugabo abo bagabo bose bagiye barabona ubuninahazwa bwanje+ n’ibimenyetso vyanje+ nakoreye mu Misiri no mu gahinga yamara bakaguma bangeza+ zino ncuro cumi zose, kandi ntibumvirize ijwi ryanje+,
9 aho ba sogokuruza banyu bangezesha ikigeragezo, kandi bari barabonye ibikorwa+ vyanje mu kiringo c’imyaka mirongo ine+.