1 Ngoma 16:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+,Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+. Zaburi 118:1 Bibiliya y’isi nshasha 118 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+. Luka 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu amubwira ati: “Unyitira iki mwiza? Nta n’umwe ari mwiza, atari umwe, na we ni Imana+.
34 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+,Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.
118 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.