ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri.

  • Zaburi 106:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko abakiza ukuboko kw’umwankanyi+,

      Abahabuza mu kuboko kw’umwansi+.

  • Yesaya 35:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.

  • Yeremiya 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Nzokurokora ngukure mu kuboko kw’ababi+, kandi nzogucungura ngukure mu kiganza c’abatwaza umukazo.”

  • Mika 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nugire ububabare bukaze kandi uturikishe, ewe mukobwa wa Siyoni, nk’umugore ariko yibaruka+, kuko ubu uzosohoka uvuye mu gisagara, ukaba koko mu gahinga+. Uzoshika i Babiloni ata kabuza+. Aho ni ho uzorokorerwa+. Ni ho Yehova azogucungurira akagukura mu kiganza c’abansi bawe+.

  • Luka 1:74
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 74 yo kuduha, tumaze gutabarwa mu maboko y’abansi+, agateka ko kumurangurira igikorwa ceranda ata bwoba+

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika