Yeremiya 30:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzovuna ingǒgo ndayigukure kw’izosi, kandi imizana yawe nzoyicacura+; ab’ahandi ntibazoba bakimukoresha nk’umusuku. Abaroma 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko ubu, kubera ko mwagizwe abidegemvya mukava mu gicumuro mugabo mugacika abashumba b’Imana+, muriko muraronka icamwa canyu+ mu buryo bw’ubweranda, kandi iherezo ni ubuzima budahera+.
8 “Kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzovuna ingǒgo ndayigukure kw’izosi, kandi imizana yawe nzoyicacura+; ab’ahandi ntibazoba bakimukoresha nk’umusuku.
22 Ariko ubu, kubera ko mwagizwe abidegemvya mukava mu gicumuro mugabo mugacika abashumba b’Imana+, muriko muraronka icamwa canyu+ mu buryo bw’ubweranda, kandi iherezo ni ubuzima budahera+.