Yesaya 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+. Yesaya 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: umutwaro wiwe uzokuva ku rutugu+, n’ingǒgo yiwe ikuve kw’izosi+, kandi iyo ngǒgo izoshwanyagurwa+ kubera amavuta.”
4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+.
27 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: umutwaro wiwe uzokuva ku rutugu+, n’ingǒgo yiwe ikuve kw’izosi+, kandi iyo ngǒgo izoshwanyagurwa+ kubera amavuta.”