1 Ngoma 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Nimukengurukire Yehova+; nimwambaze izina ryiwe+,Mumenyeshe ibikorwa vyiwe mu bisata vy’abantu+! Zaburi 136:1 Bibiliya y’isi nshasha 136 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
136 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;