-
Zaburi 135:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 Atuma imyuka iduga kuva ku mpera y’isi+;
Yakoreye imvura ingomero+;
Asohora umuyaga mu bigega vyiwe+,
-
Zaburi 148:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Yemwe muriro n’urubura, shelegi be n’umwotsi w’umuzitanya+,
Yewe muyaga w’igihuhusi ushitsa ijambo ryiwe+,
-
-
-