ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 37:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Nimwumvirize mwitonze ukwasana kw’ijwi ryayo+,

      N’ukuroha gusohokana mu kanwa kayo.

  • Yobu 38:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Woshobora kuduza ijwi ryawe gushika ku gicu,

      Kugira ngo amazi y’agasenga asuriranya agupfuke+?

  • Yobu 38:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Ni nde yashize ubukerebutsi+ mu bicu bigerekeranye,

      Canke ni nde yahaye ugutegera+ ibitangaza biba kw’ijuru?

  • Zaburi 18:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze mu majuru Yehova atangura guturagara+,

      Musumbavyose ubwiwe atangura kurekura ijwi ryiwe+,

      Urubura n’amakara yaka umuriro.

  • Zaburi 68:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Umwe agendera kw’ijuru rya kera ry’amajuru+.

      Yewe ga yee! Asamirana n’ijwi ryiwe, ijwi rikomeye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika