Zaburi 50:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uwushikana ugukenguruka bwa kimazi ciwe ni we aninahaza+;Nayo uwugumya inzira yashinzwe,Nzomuha kubona ubukiriro Imana itanga+.” Zaburi 86:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari bwinshi kuri jewe+,Kandi warokoye ubuzima bwanje ubukura mu kuzimu, mu kibanza caho c’epfo rwose+.
23 Uwushikana ugukenguruka bwa kimazi ciwe ni we aninahaza+;Nayo uwugumya inzira yashinzwe,Nzomuha kubona ubukiriro Imana itanga+.”
13 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari bwinshi kuri jewe+,Kandi warokoye ubuzima bwanje ubukura mu kuzimu, mu kibanza caho c’epfo rwose+.