Zaburi 138:1 Bibiliya y’isi nshasha 138 Nzoguhaya n’umutima wanje wose+.Imbere y’izindi mana, nzoguhibongoreza+. Zaburi 145:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kugira abana b’abantu bamenyeshwe ibikorwa vyiwe vy’inkomezi+,Be n’ubuninahazwa bw’ubwiza bwakaka bw’ingoma yiwe+.
12 Kugira abana b’abantu bamenyeshwe ibikorwa vyiwe vy’inkomezi+,Be n’ubuninahazwa bw’ubwiza bwakaka bw’ingoma yiwe+.