Zaburi 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzoguhaya, Yehova we, n’umutima wanje wose+;Nzomenyesha ibikorwa vy’agatangaza vyawe vyose+. Zaburi 86:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ndaguhaya, ewe Yehova Mana yanje, n’umutima wanje wose+,Kandi nzoninahaza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero,
12 Ndaguhaya, ewe Yehova Mana yanje, n’umutima wanje wose+,Kandi nzoninahaza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero,