2 Abami 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni we yiciye Abanyedomu+ mu Mubande w’Umunyu+, abagabo ibihumbi cumi; afata Sela mu ntambara, hanyuma bahita Yokiteyeli, gushika n’uyu musi. Obadiya 3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ukwita imbere kw’umutima wawe ni kwo kwaguhenze+, wewe uba mu bwihisho bw’urutare+, iyo hejuru aho uba, ukavugira mu mutima wawe ngo: ‘Ni nde azomanura kw’isi?’
7 Ni we yiciye Abanyedomu+ mu Mubande w’Umunyu+, abagabo ibihumbi cumi; afata Sela mu ntambara, hanyuma bahita Yokiteyeli, gushika n’uyu musi.
3 Ukwita imbere kw’umutima wawe ni kwo kwaguhenze+, wewe uba mu bwihisho bw’urutare+, iyo hejuru aho uba, ukavugira mu mutima wawe ngo: ‘Ni nde azomanura kw’isi?’