Yesaya 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko ukuboko kwa Yehova kuzocumbika kuri uyu musozi+, kandi Mowabu izohonyangirwa hasi+ ahantu hayo nk’igihe ikirundo c’ibikumbi gihonyangirwa hasi ahantu h’intabire+. Abaroma 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+.
10 Kuko ukuboko kwa Yehova kuzocumbika kuri uyu musozi+, kandi Mowabu izohonyangirwa hasi+ ahantu hayo nk’igihe ikirundo c’ibikumbi gihonyangirwa hasi ahantu h’intabire+.
20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+.