Zaburi 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ku bw’izina ryawe, ewe Yehova+,Babarira ikosa ryanje, kuko atari rito+. Zaburi 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko uri urutare rwanje n’igihome canje gikomeye+;Kandi ku bw’izina ryawe+ uzonyobora, undongore+. Yohani 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+.
11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+.