2 Abatesalonika 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+, Ivyahishuwe 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi baguma babwira nya misozi na nya bitandara ngo: “Nimutugweko+ muduhishe amaso y’Umwe yicaye ku ntebe y’ubwami+ n’uburake bwa wa Mwagazi w’intama+,
9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+,
16 Kandi baguma babwira nya misozi na nya bitandara ngo: “Nimutugweko+ muduhishe amaso y’Umwe yicaye ku ntebe y’ubwami+ n’uburake bwa wa Mwagazi w’intama+,