2 Petero 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abo ni amasôko atagira amazi+, n’ibipfungu bitwarwa n’ikirura gikaze, kandi babikiwe umwiza w’umuzimagiza+. 2 Petero 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo biciye kuri iryo jambo nyene amajuru+ n’isi+ biriho ubu birundanirijwe umuriro+, kandi bibitswe ku bw’umusi w’urubanza+ n’ugutikizwa kw’abantu batibanga Imana+.
17 Abo ni amasôko atagira amazi+, n’ibipfungu bitwarwa n’ikirura gikaze, kandi babikiwe umwiza w’umuzimagiza+.
7 Mugabo biciye kuri iryo jambo nyene amajuru+ n’isi+ biriho ubu birundanirijwe umuriro+, kandi bibitswe ku bw’umusi w’urubanza+ n’ugutikizwa kw’abantu batibanga Imana+.