Gusubira mu vyagezwe 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 mugabo akishura amaso mu yandi uwumwanka, mu kumurandura+. Ntazogonanwa ku bijanye n’uwumwanka; azomwishura amaso mu yandi. Yesaya 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko, ehe Yehova araje avuye ahantu hiwe ngo abaze uwuba mu gihugu ikosa ryiwe, aryishure+; kandi igihugu kizobwirizwa gushira ku kabarore amaraso yahasheshwe+, kandi ntikizosubira gupfuka abishwe baco+.”
10 mugabo akishura amaso mu yandi uwumwanka, mu kumurandura+. Ntazogonanwa ku bijanye n’uwumwanka; azomwishura amaso mu yandi.
21 Kuko, ehe Yehova araje avuye ahantu hiwe ngo abaze uwuba mu gihugu ikosa ryiwe, aryishure+; kandi igihugu kizobwirizwa gushira ku kabarore amaraso yahasheshwe+, kandi ntikizosubira gupfuka abishwe baco+.”