ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+.

  • Zaburi 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko, niyarondera amaraso yasheshwe+ abo ntazobura kubibuka+;

      Ntashobora kwibagira amaborogo y’abarushwa+.

  • Ezekiyeli 24:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko amaraso yaco ari neza na neza hagati muri co+. Cayashize hejuru ku rutare hakayangana kandi hagaragara. Nticayasutse hasi, ngo apfukwe n’umukungugu+.

  • Luka 11:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 kugira ngo amaraso y’abahanuzi bose+ yavishijwe kuva kw’ishingwa ry’isi abazwe iri yaruka+,

  • Ivyahishuwe 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kuko basheshe amaraso y’aberanda n’ay’abahanuzi+, nawe ubahaye amaraso+ ngo banywe. Barabikwiriye+.”

  • Ivyahishuwe 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Egome, iwe ni ho habonetse amaraso+ y’abahanuzi+ n’ay’aberanda+ n’ay’abishwe kw’isi bose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika