Abalewi 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “‘Umuntu wese wo muri bene Isirayeli, canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe, azofata igikoko canke ikiguruka kiribwa ari guhiga, aze asese amaraso yaco hasi+ hanyuma ayarenzeko umukungugu+. Gusubira mu vyagezwe 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko amaraso ni yo mutegerezwa kutarya+. Uze uyasese hasi nk’amazi+. Yesaya 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko, ehe Yehova araje avuye ahantu hiwe ngo abaze uwuba mu gihugu ikosa ryiwe, aryishure+; kandi igihugu kizobwirizwa gushira ku kabarore amaraso yahasheshwe+, kandi ntikizosubira gupfuka abishwe baco+.”
13 “‘Umuntu wese wo muri bene Isirayeli, canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe, azofata igikoko canke ikiguruka kiribwa ari guhiga, aze asese amaraso yaco hasi+ hanyuma ayarenzeko umukungugu+.
21 Kuko, ehe Yehova araje avuye ahantu hiwe ngo abaze uwuba mu gihugu ikosa ryiwe, aryishure+; kandi igihugu kizobwirizwa gushira ku kabarore amaraso yahasheshwe+, kandi ntikizosubira gupfuka abishwe baco+.”