ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Henoki amaze kuvyara Metusela, abandanya kugendana n’Imana y’ukuri imyaka amajana atatu. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa.

  • 1 Abami 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Uze ugumye ico Yehova Imana yawe asaba, mu kugendera mu nzira ziwe+, mu kugumya ivyagezwe vyiwe, amabwirizwa yiwe n’ingingo z’ubutungane* ziwe+ be n’ibishingantahe vyiwe, ukurikije ivyanditswe mw’itegeko rya Musa+, kugira ngo ukorane ukwigengesera mu kintu cose uzokora n’ahantu hose uzoja;

  • 2 Ngoma 31:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi mu murimo wose yatanguye gukora ku bijanye n’igikorwa+ co ku nzu y’Imana y’ukuri no ku bijanye n’itegeko+ be no ku bijanye n’ibwirizwa kugira arondere+ Imana yiwe, yakoranye umutima wiwe wose+, kandi araroranirwa+.

  • Yesaya 38:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 avuga ati: “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika