ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 1:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,

  • Gusubira mu vyagezwe 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Amaso yanyu bwite yariboneye ivyo Yehova yakoze ku bijanye na Bayali y’i Peyori+, yuko umuntu wese yagendeye inyuma ya Bayali y’i Peyori ari we Yehova Imana yawe yazimanganije hagati muri wewe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hanyuma Musa ahamagara Isirayeli yose+, ababwira ati: “Niwumve, ewe Isirayeli, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane+ ndiko mvugira mu matwi yanyu uno musi, kandi mutegerezwa kuziga no kuba maso mukazishitsa+.

  • Gusubira mu vyagezwe 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibi rero ni vyo bwirizwa, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yanyu yategetse kubigisha+, kugira mubishitse, mu gihugu muriko murajabuka mujamwo hariya ngo mucigarurire;

  • Zaburi 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Ugutinya+ Yehova kuratyoroye, kwamaho ibihe bidahera.

      Ingingo z’ubutungane+ za Yehova ni iz’ukuri+; zabonetse ko zigororotse zose+.

  • Zaburi 119:160
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 160 Ijambo ryawe uko riri ni ukuri+,

      Kandi ingingo yawe yose y’ubutungane igororotse ni iyo gushika igihe kitagira urugero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika