2 Ngoma 32:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Hezekiya+ umwami na Yesaya+ mwene Amozi+, umuhanuzi+, baguma basenga ku bw’ico kintu+ bongera batabaza amajuru+. Zaburi 38:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko navuze ivy’ikosa ryanje+;Natanguye kuganyishwa n’igicumuro canje+. Imigani 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+. Yesaya 38:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 avuga ati: “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.
20 Mugabo Hezekiya+ umwami na Yesaya+ mwene Amozi+, umuhanuzi+, baguma basenga ku bw’ico kintu+ bongera batabaza amajuru+.
13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.
3 avuga ati: “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.