Zaburi 145:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Icipfuzo c’abamutinya azogishitsa+,Kandi azokwumva ugutabaza kwabo, abakize+.