Yobu 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kw’ibwirizwa ry’iminwa yayo simvako+.Nabitse muri ntibate amajambo y’akanwa kayo+, ndenza ivyo nashingiwe. Zaburi 119:174 Bibiliya y’isi nshasha 174 Nacambiwe ubukiriro bwawe, ewe Yehova+,Kandi itegeko ryawe ndarikunda cane+. Abaroma 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu vy’ukuri ndahimbarwa+ n’itegeko ry’Imana nk’uko umuntu+ ndi imbere muri jewe ari,
12 Kw’ibwirizwa ry’iminwa yayo simvako+.Nabitse muri ntibate amajambo y’akanwa kayo+, ndenza ivyo nashingiwe.