2 Abakorinto 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni co gituma tudaheba; ahubwo naho umuntu turi inyuma ariko arashira, mu vy’ukuri umuntu turi imbere+ aguma agirwa mushasha ku musi ku musi. Abanyefeso 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kugira ngo, nk’uko ubutunzi+ bw’ubuninahazwa bwiwe buri, abahe kuba abakomeye mu muntu muri imbere+ n’ububasha biciye ku mpwemu yiwe+, Abanyefeso 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ahubwo yuko mukwiye guhindurwa bashasha mu nguvu zikoresha umuzirikanyi wanyu+,
16 Ni co gituma tudaheba; ahubwo naho umuntu turi inyuma ariko arashira, mu vy’ukuri umuntu turi imbere+ aguma agirwa mushasha ku musi ku musi.
16 kugira ngo, nk’uko ubutunzi+ bw’ubuninahazwa bwiwe buri, abahe kuba abakomeye mu muntu muri imbere+ n’ububasha biciye ku mpwemu yiwe+,