Zaburi 51:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nureme muri jewe umutima utyoroye, ewe Mana+,Ushire muri jewe impwemu nshasha, ihamye+. Ezekiyeli 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nzobaha umutima umwe+, nshire muri bo impwemu nshasha+; kandi nzokura mu mubiri wabo umutima w’ibuye+, ndabahe umutima w’inyama+, Ezekiyeli 18:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nimushiburire kure yanyu ibigabitanyo vyanyu vyose mwagabitanijemwo+, mwiheshe umutima mushasha+ n’impwemu nshasha+; ni kuki none mwokwirirwa murapfa+ ga yewe nzu ya Isirayeli?’ Abaroma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo.
19 Nzobaha umutima umwe+, nshire muri bo impwemu nshasha+; kandi nzokura mu mubiri wabo umutima w’ibuye+, ndabahe umutima w’inyama+,
31 Nimushiburire kure yanyu ibigabitanyo vyanyu vyose mwagabitanijemwo+, mwiheshe umutima mushasha+ n’impwemu nshasha+; ni kuki none mwokwirirwa murapfa+ ga yewe nzu ya Isirayeli?’
2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo.