1 Samweli 26:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko Dawidi abwira Abishayi ati: “Ntumukureho: mbega ni nde yatumye ukuboko ngo agirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+ akaguma atagira ikimwagira+?” 2 Ngoma 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aguma akora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+, yisunze ivyo Dawidi sekuruza yari yarakoze vyose+.
9 Ariko Dawidi abwira Abishayi ati: “Ntumukureho: mbega ni nde yatumye ukuboko ngo agirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+ akaguma atagira ikimwagira+?”
2 Aguma akora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+, yisunze ivyo Dawidi sekuruza yari yarakoze vyose+.