ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Amaboko yawe ni yo yambumbabumvye, arankora+

      Uko nakabaye, impande zose, yamara ugira umire.

  • Zaburi 100:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.

      Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.

      Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+.

  • Zaburi 138:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Yehova ubwiwe azoshitsa ivyo antegurira+.

      Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.

      Ntute ibikorwa vy’amaboko yawe+.

  • Zaburi 139:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nzoguhaya kuko ndemwe mu buryo bw’agatangaza buteye ubwoba+.

      Ibikorwa vyawe ni agatangaza+,

      Kandi umutima wanje urabizi neza cane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika