ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Sauli aca atora abagabo b’abahizi ibihumbi bitatu+ muri Isirayeli yose, aja kurondera Dawidi+ n’abantu biwe ku bitandara vyambaye ubusa vy’impene zo mu misozi+.

  • Zaburi 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Yicara mu kibundo co mu mihana irundanye;

      Azokwica intungane avuye ahantu hihishije+.

      ע [ʽAyini]

      Amaso yiwe aguma areretse umuntu yigorewe+.

  • Zaburi 37:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Umubisha aguma areretse umugororotsi+,

      Akarondera kumwica+.

  • Matayo 26:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 baja inama+ yo gufata Yezu ku rwenge bakamwica.

  • Ivyakozwe 23:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Na canecane, ntureke ngo bakwumvishe unyurwe, kuko abagabo barenga mirongo ine bo muri bo bamureretse+, kandi barahiye barisiba yuko batazogenda bariye canke ngo banywe batamwishe+; kandi ubu biteguye, barindiriye ico ubemerera.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika