Itanguriro 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aka ni ko kahise ka Nowa. Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+. 2 Samweli 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nzokwerekana ko ntagira amahinyu+ kuri yo,Kandi nzokwirinda ntihagire ikosa rimbako+. Zaburi 84:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.
9 Aka ni ko kahise ka Nowa. Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+.
11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.