Zaburi 37:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko amaboko y’ababisha azovunagurwa+,Mugabo Yehova azoshigikira abagororotsi+. Zaburi 41:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo jewe, kubera ugutungana kwanje waranshigikiye+,Kandi uzonshira imbere y’amaso yawe gushika igihe kitagira urugero+. Yesaya 41:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’
12 Nayo jewe, kubera ugutungana kwanje waranshigikiye+,Kandi uzonshira imbere y’amaso yawe gushika igihe kitagira urugero+.
10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’