Zaburi 37:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nayo Yehova, ntazomuhebera mu kuboko kw’uyo+,Ntazomwita umubisha igihe acirwa urubanza+. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,