Zaburi 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntiwantanze mu kuboko kw’umwansi+.Watumye ibirenge vyanje bihagarara ahantu hagutse+. 2 Timoteyo 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 mugabo Umukama yahagaze hafi yanje+ anshiramwo ububasha+, kugira ngo biciye kuri jewe igikorwa c’ukwamamaza kirangurwe bimwe bishitse kandi amahanga yose acumve+; kandi nararokowe mu kanwa k’intambwe+. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
17 mugabo Umukama yahagaze hafi yanje+ anshiramwo ububasha+, kugira ngo biciye kuri jewe igikorwa c’ukwamamaza kirangurwe bimwe bishitse kandi amahanga yose acumve+; kandi nararokowe mu kanwa k’intambwe+.
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,