ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Haguruka, Yehova we! Umuntu buntu ntabe ari we yiganza mu nkomezi+.

      Amahanga nacirwe urubanza mu maso yawe+.

  • Zaburi 102:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Wewe ubwawe uzohaguruka, uzogirira imbabazi Siyoni+,

      Kuko ari co kiringo co kuyigirira ivyiza,

      Kuko igihe cashinzwe gishitse+.

  • Yesaya 28:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko Yehova azohaguruka nko ku musozi Perazimu+, azohagarika umutima nko muri ca kiyaya co hasi hafi ya Gibeyoni+, kugira ngo yikorere ikintu—ikintu yikorera ni agatangaza—no kugira ngo akore igikorwa ciwe—igikorwa ciwe si igisanzwe+.

  • Yeremiya 18:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mugabo wewe, ewe Yehova, urazi neza inama yabo yose bangiriye ngo banyice+. Ntupfuke ikosa ryabo, kandi ntuhanagure ico gicumuro cabo ngo kive imbere yawe; mugabo nibatsitare imbere yawe+. Mu gihe c’ishavu ryawe, nubahagurukire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika