ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 35:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Nibamaramare, bateterwe, abahiga ubuzima bwanje+.

      Nibasubizwe inyuma, barye ivyatsi, abaja umugambi wo kunteza ivyago+.

  • Zaburi 59:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Nawe, ewe Yehova Mana nyen’ingabo, ni wewe Mana ya Isirayeli+.

      Ikangure, witeho ivy’amahanga yose+.

      Ntugirire ubutoni n’umwe mu baguranyi bakora ikibi+. Sela.

  • Zaburi 109:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ikosa rya ba sekuruza niryibukwe na Yehova+,

      Kandi igicumuro ca nyina+, emwe, ntigihanagurwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika