Imigani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo ababisha, bazokurwaho bave kw’isi+; nayo abahemu, bazorandurwa kuri yo+. Imigani 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umuntu azorya ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, mugabo ico ibihemu vyipfuza ni ubukazi+.