ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 140:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Imvuzi y’agakomeye, ntishimangirwe mw’isi+.

      Umuntu w’ubukazi, ikibi ubwaco nikimuhame, kimukubite urutavanako+.

  • Imigani 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko bigaburiye umukate w’ububisha+, kandi umuvinyu w’ibikorwa vy’ubukazi ni wo banywa+.

  • Habakuki 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ko wanyaze amahanga menshi, nawe amasigarira yose y’ibisata vy’abantu azokunyaga+, kubera amaraso y’abantu washeshe be n’ubukazi wagiriye isi, n’igisagara n’abakibamwo bose+.

  • Ivyahishuwe 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kuko basheshe amaraso y’aberanda n’ay’abahanuzi+, nawe ubahaye amaraso+ ngo banywe. Barabikwiriye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika