Imigani 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umuntu arahaga ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, kandi ico amaboko y’umuntu akora kizomugarukako+. Imigani 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inda y’umuntu izohaga ivyamwa vy’akanwa kiwe+; azohaga mbere umwimbu w’iminwa yiwe+.
14 Umuntu arahaga ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, kandi ico amaboko y’umuntu akora kizomugarukako+.