Zaburi 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+. Zaburi 88:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko umutima wanje urambiwe n’ivyago+,Ubuzima bwanje bukaba bushitse ku munwa w’ukuzimu+. Mariko 14:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Araheza ababwira ati: “Umutima wanje uri n’intuntu nyinshi cane+, imwe yo kunyica. Sigare ng’aha kandi mugume muri maso+.”
4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+.
34 Araheza ababwira ati: “Umutima wanje uri n’intuntu nyinshi cane+, imwe yo kunyica. Sigare ng’aha kandi mugume muri maso+.”