Abalewi 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe. Imigani 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ubushirasoni bw’ubupfu ni igicumuro+, kandi umushinyaguzi ni ikintu giteye ishishi ku bantu+. Yeremiya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Yehova avuga ati: “Kubera ko bahevye itegeko ryanje natanze ngo ribe imbere yabo, kandi kubera ko batagamburutse ijwi ryanje, ntibagendere mw’itegeko ryanje+, Abaroma 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Naho abo bazi neza rwose ingingo igororotse yashinzwe n’Imana+, yuko abaza barakora mwene ivyo bakwiriye gupfa+, ntibaguma babikora gusa, ahubwo baranashigikira+ abaza barabikora.
14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe.
13 Nuko Yehova avuga ati: “Kubera ko bahevye itegeko ryanje natanze ngo ribe imbere yabo, kandi kubera ko batagamburutse ijwi ryanje, ntibagendere mw’itegeko ryanje+,
32 Naho abo bazi neza rwose ingingo igororotse yashinzwe n’Imana+, yuko abaza barakora mwene ivyo bakwiriye gupfa+, ntibaguma babikora gusa, ahubwo baranashigikira+ abaza barabikora.