Yesaya 57:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi umuntu azovuga ati: ‘Nimutsindagire yemwe, nimutsindagire! Nimutunganye inzira+. Nimukure intambamyi yose mu nzira y’abantu banje+.’” Matayo 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yamara nta muzi agira muri we, mugabo amara igihe gito, hamara kuvyuka amakuba canke uruhamo kubera iryo jambo, buno nyene agaca atsitara+. Abaroma 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ntitube rero tugiciranira urubanza+, ahubwo riho iyi ibe ari yo ngingo mufata+: kudashira imbere y’umuvukanyi+ igitsitaza+ canke igitirimutsa. 1 Petero 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Icanditswe kivuga ngo: “Ehe ndiko nshira i Siyoni ibuye, iryatowe, ibuye ry’umushinge rigumya imfuruka, ry’agaciro; kandi nta n’umwe aryizera azogenda ateterewe+.”
14 Kandi umuntu azovuga ati: ‘Nimutsindagire yemwe, nimutsindagire! Nimutunganye inzira+. Nimukure intambamyi yose mu nzira y’abantu banje+.’”
21 Yamara nta muzi agira muri we, mugabo amara igihe gito, hamara kuvyuka amakuba canke uruhamo kubera iryo jambo, buno nyene agaca atsitara+.
13 Ntitube rero tugiciranira urubanza+, ahubwo riho iyi ibe ari yo ngingo mufata+: kudashira imbere y’umuvukanyi+ igitsitaza+ canke igitirimutsa.
6 Kuko Icanditswe kivuga ngo: “Ehe ndiko nshira i Siyoni ibuye, iryatowe, ibuye ry’umushinge rigumya imfuruka, ry’agaciro; kandi nta n’umwe aryizera azogenda ateterewe+.”