Imigani 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uwubiba ibitagororotse azoshwabura ibintu bibabaza+, mugabo inkoni y’uburake bwiwe izovaho+. Yesaya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ahaa! Umwashuri+, inkoni y’ishavu ryanje+, n’agakoni kari mu kuboko kwabo ku bw’imisibo yanje! Yesaya 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova avunye inkoni y’ababisha, ikibando c’abaganza+,