Zaburi 125:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko agakoni k’ubutware k’ububisha katazoguma+ ku mugabane w’abagororotsi,Kugira ngo abagororotsi ntibatume ukuboko kwabo ku bukozi bw’ikibi na bumwe+. Yesaya 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+.
3 Kuko agakoni k’ubutware k’ububisha katazoguma+ ku mugabane w’abagororotsi,Kugira ngo abagororotsi ntibatume ukuboko kwabo ku bukozi bw’ikibi na bumwe+.
4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+.