Imigani 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Urugori rw’abatama ni abuzukuru+, kandi ubwiza bw’abana ni ba se+. Imigani 31:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Abahungu biwe barahagurutse bamwita umuhirwe+; inawe arahaguruka, akamushemeza+.