ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abantu bose bari mw’irembo n’abagabo b’inararibonye baca bavuga bati: “Turi ivyabona! Yehova nahe umugore aje mu nzu yawe kuba nka Rasheli+ na Leya+, bompi bakaba bubatse inzu ya Isirayeli+; nawe werekane agaciro kawe muri Efurata+ kandi wiheshe izina rikomeye muri Betelehemu+.

  • 1 Abami 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Bati-sheba yinjira rero aho Umwami Salomo ari kugira avugane na we ku bwa Adoniya+. Umwami aca arahaguruka+ kugira amusanganire maze aramwunamira+. Hanyuma yicara ku ntebe y’ubwami yiwe araheza ashirishaho intebe y’icubahiro ku bwa nyina w’umwami, kugira ngo uno yicare iburyo bwiwe+.

  • 2 Timoteyo 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko nibuka ukwizera+ kuri muri wewe kutagira ubwiyorobetsi+, kandi kwabanje kuba muri nyogokuru wawe Loyisi no muri nyoko wawe Ewunise, mugabo nkaba nzi ntakeka ko kuri no muri wewe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika