Itanguriro 50:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+. Yobu 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yavyaye abahungu indwi n’abakobwa batatu+. Yobu 42:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Agira n’abahungu indwi n’abakobwa batatu+.
23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+.