Itanguriro 50:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+. Yobu 42:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inyuma y’ivyo Yobu abandanya kubaho imyaka ijana na mirongo ine+, arabona abahungu biwe n’abuzukuru biwe+: amayaruka ane.
23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+.
16 Inyuma y’ivyo Yobu abandanya kubaho imyaka ijana na mirongo ine+, arabona abahungu biwe n’abuzukuru biwe+: amayaruka ane.