Zaburi 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Herereze kuri Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+.Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+. Zaburi 148:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nibishemeze izina rya Yehova+,Kuko izina ryiwe ryonyene ari ryo riri hejuru hadashikwa+.Iteka ryiwe riri hejuru y’isi n’ijuru+.
13 Nibishemeze izina rya Yehova+,Kuko izina ryiwe ryonyene ari ryo riri hejuru hadashikwa+.Iteka ryiwe riri hejuru y’isi n’ijuru+.