ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 21:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kandi Sihoni umwami wa Heshiboni ntiyaturetse ngo turengane duciye iwe, kuko Yehova Imana yawe yari yaretse impwemu yiwe igacika intabarirwa+, n’umutima wiwe ukagumarara, kugira amutange mu kuboko kwawe nk’uko biri kuri uyu musi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 31:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi Yehova azoyagira nk’uko yagize Sihoni+ na Ogi+, ba bami batwara Abamori, n’igihugu cabo, hamwe yabazimanganya+.

  • Abacamanza 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yehova Imana ya Isirayeli aca atanga Sihoni n’abantu biwe bose mu kuboko kwa Isirayeli, barabakubita maze Isirayeli yigarurira igihugu cose c’Abamori baba muri ico gihugu+.

  • Zaburi 136:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Egome, Sihoni umwami w’Abamori+:

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika